African-English Parallel Sentences (MT650)
Collection
Parallel corpus for 154 African languages extracted from the MT650 dataset • 101 items • Updated • 3
eng stringlengths 1 588 | run stringlengths 1 754 |
|---|---|
GOD has disappeared , but the Devil remains . | IMANA yarazimanganye , ariko Shetani agumaho . |
Molecular evolution is not based on scientific authority | Ivy 'ihindagurika ry 'agahimba kitwa molekile ntibishingiye ku bintu vyemezwa na siyansi |
Many times he made his anger turn back , and he would not rouse up all his rage . | Kenshi iroresha irya uburake bgayo , ntikangure uburake bgayo bgose . |
Come and Serve as Our Commander | N 'uze ube umugabisha wacu |
I have been able to return to Jehovah because he drew me back | Nagarutse kuri Yehova kubera ko yasubiye kunkwēgēra |
Please forgive me . | Ndasavye se mungirire ikigongwe . |
Always lean on Jehovah and accept what he permits | Niwame wiheka kuri Yehova kandi wemere ivyo aretse bikaba |
A BLESSING UNTIL THERE IS NO MORE WANT | UMUHEZAGIRO GUSHIKA AHO HADASUBIRA KUBAHO UMUKENO |
Pursue . . . Faith | Ukurikirane . . . ukwizera |
O the depth of God 's riches and wisdom and knowledge ! | Yō , uburebure bg 'amajepfo bg 'ubutunzi bg 'ubgenge no kumenya vy 'Imana ! |
" The nations are like a drop from a bucket . " - ISAIAH 40 : 15 | " Amahanga ni nk 'ima ryo mu ndobo . " - YESAYA 40 : 15 |
When does the " great tribulation " begin ? | " Amakuba akomeye " azotangura ryari ? |
I am with you all the days until the conclusion of the system of things . " - MATT . | " Ehe ndi kumwe namwe imisi yose gushika ku nsozero y 'ivy 'isi . " - MAT . |
Look ! How good and how pleasant it is for brothers to dwell together in unity ! | " Ewe kuntu ari vyiza kand 'ar 'ivy 'igikundiro kw abavukana babana nyakubana " ! |
Marital Disagreements , 6 / 1 | " Gume mwerekana ico mwebwe ubwanyu muri " , 15 / 7 |
THE vision of Obadiah . | " IVYO Obadiya yeretswe " . |
" The spirit searches into all things , even the deep things of God . " - 1 CORINTHIANS 2 : 10 . | " Impwemu isesangura ibintu vyose , mbere n 'ibintu vyimbitse vy 'Imana " . - 1 ABAKORINTO 2 : 10 . |
" Christ has been raised from the dead , the firstfruits of those who have fallen asleep in death . " - 1 Corinthians 15 : 20 . | " Kristu yarazuwe mu bapfuye , aba umushuzo w 'abasinziriye mu rupfu . " - 1 Abakorinto 15 : 20 . |
" Have you set your heart upon my servant Job , that there is no one like him in the earth , a man blameless and upright , fearing God and turning aside from bad ? " - JOB 1 : 8 . | " Mbega witegereje umusavyi wanje Yobu , yukw ata wuhwanye na we mw isi , ar 'umuntu atunganye w 'umugororotsi , anyubaha , akitandukanya n 'ikibi ? " . - YOBU 1 : 8 . |
" Rejoice with people who rejoice ; weep with people who weep . " - ROMANS 12 : 15 . | " Munezeranwe n 'abanezerewe ; murirane n 'abarira . " - ABAROMA 12 : 15 . |
" We have never had a more effective service overseer in our congregation than Albert , " says James , the presiding overseer . | " Mw 'ishengero ryacu , ntitwigeze tugira umucungezi w 'umurimo yatubereye kirumara kuruta Albert " . |
Jehovah 's " Saying " Safeguard You , 9 / 1 | " Mwaguzwe igiciro " , 15 / 3 |
" Teacher , what good must I do in order to get everlasting life ? " - Matthew 19 : 16 . | " Mwigisha , nkore iciza ki ngo ndonke ubu [ zima ] budashira ? " - MATAYO 19 : 16 . |
YOU must not let people call you ' leaders ' - you have only one leader , Christ ! | " NTIMUKITWE ' indongozi ' , kuko Indongozi yanyu ari imwe , ni Kristu " . |
" No Road Too Rough or Too Long " ( Australia ) , Feb . | " Niwizigire Yehova , ukore iciza , " Nzero |
" Noah , Daniel , and Job . . . would be able to save only themselves because of their righteousness . " - EZEK . | " Nowa , Daniyeli na Yobu . . . abo ubwabo bokijije ubuzima bwabo kubera ubugororotsi bwabo . " - EZK . |
In modern times , how has " the true knowledge " become known ? | " Ubumenyi nyakuri " bwamenyekanye gute mu bihe vya none ? |
You yourself produced my kidneys ; you kept me screened off in the belly of my mother . | " [ Ni ] wewe waremye amafyigo yanje ; wanteranirije mu nda ya mama " . |
' There Will Come to Be the Way of Holiness ' | ' Hazobaho Inzira Nyeranda ' |
I Am Convinced That There Is a Creator | ' Narajijutse yuko hariho Umuremyi ' |
' The Lip That Endures ' | ' Umunwa wamaho ibihe bidahera ' |
A miniature " day of Jehovah " came in 607 B.C.E . when Jehovah executed vengeance upon his wayward people . | ' Umusi wa Yehova ' mutoyi waraje mu 607 B.G.C . igihe Yehova yashitsa uguhora ku bantu biwe b 'imburabugirire . |
The heart of the righteous one meditates so as to answer | ' Umutima w 'umugororotsi urazirikana ivyo wishura ' |
( 3 ) And God is our best Friend . | ( 3 ) Imana ni yo Mugenzi wacu mwiza kuruta abandi bose . |
( Compare Matthew 7 : 24 , 25 . ) | ( Gereranya na Matayo 7 : 24 , 25 . ) |
Hence , Jehovah 's Witnesses do not repeat a marriage by having multiple legal ceremonies , nor do they renew marriage vows , such as on a couple 's 25th or 50th wedding anniversary . | ( Mu madini amwamwe ntibafatana uburemere ibirori vy 'ubugeni bwemewe n 'amategeko bwagizwe mu gusezerana muri Leta gusa . |
( See the box " Why Some People Do Not Delegate . " ) | ( Raba uruzitiro ruvuga ngo " Igituma bamwebamwe batazeza abandi amabanga . " ) |
( Read 1 Kings 15 : 11 - 13 . ) | ( Soma 1 Abami 15 : 11 - 13 . ) |
( Read 2 Corinthians 6 : 4 , 7 . ) | ( Soma 2 Abakorinto 6 : 4 , 7 . ) |
( Read Ephesians 5 : 23 , 24 . ) | ( Soma Abanyefeso 5 : 23 , 24 . ) |
( Read John 12 : 34 . ) | ( Soma Yohani 12 : 34 . ) |
For the very poor , Jehovah chose to make an exception and allow a sin offering without blood . | ( Umurongo wa 11 , NW ) Ku bantu baba bakenye cane , Yehova yahisemwo kubemerera ikintu atemerera abandi , mu kwemera ishikanwa ry 'igicumuro ritarimwo amaraso . |
12 / 15 Should You Pray ? | ( Yr 31 : 15 ) , 15 / 12 |
( a ) How did David feel while being mistreated by Saul ? | ( a ) Dawidi yiyumvise gute igihe yariko arafatwa nabi na Sauli ? |
( a ) How should we view secular pursuits ? | ( a ) Dukwiye kubona gute akazi k 'umubiri ? |
( b ) How should older ones address younger ones , and why ? | ( b ) Abakuze bakwiye kuvugana gute n 'abakiri bato , kandi kubera iki ? |
( b ) How should we view Jehovah 's " sacred secret " ? | ( b ) Dukwiye kubona dute " ibanga ritagatifu " rya Yehova ? |
( b ) What does the book of Hebrews say about the sacred service performed at both the tabernacle and the temple ? | ( b ) Igitabu c 'Abaheburayo kivuga iki ku vyerekeye ubusuku bweranda bwarangurirwa kw itaberenakulo no ku rusengero ? |
( b ) What role does prayer play in giving comments ? | ( b ) Isengesho rirangura uruhara uruhe mu bijanye no gutanga insasanuro ? |
( b ) What can we deduce from this ? | ( b ) Ivyo bituma dushobora gushika ku kihe ciyumviro ? |
( b ) How did some Christians fail to be firm in upholding godly teachings ? | ( b ) Ni gute Abakirisu bamwebamwe bananiwe gushikama mu gushigikira inyigisho zijanye no kuyoboka Imana ? |
( b ) What do the remaining verses of Isaiah chapter 60 tell us ? | ( b ) Ni ibiki imirongo isigaye yo muri Yesaya ikigabane ca 60 itubwira ? |
( b ) What might cause our hands to drop down ? | ( b ) Ni ibiki vyoshobora gutuma amaboko yacu aregera ? |
( b ) What additional sacrifices are some able to make ? | ( b ) Ni ibikorwa vy 'inyongera ibihe bamwebamwe bakora ? |
( b ) What should the apostle Paul 's experience teach us ? | ( b ) Ni igiki dukwiye kwigira ku vyashikiye intumwa Paulo ? |
( b ) What is sure to overtake ridiculers ? | ( b ) Ni igiki gitegerezwa kuzohwikira abacokoranyi ? |
( b ) What have you learned from the examples of Simeon and Anna ? | ( b ) Ni igiki wigiye ku karorero ka Simeyoni be n 'aka Ana ? |
( b ) What sad situation may arise in adulthood , and how can this be avoided ? | ( b ) Ni ikintu kibabaje ikihe gishobora gushika umuntu amaze gukura , kandi wocirinda gute ? |
( b ) What issue did one Christian face , and how did she deal with it ? | ( b ) Ni ingorane iyihe yashikiye umukirisu umwe , kandi yayitoreye umuti gute ? |
( b ) Why may we at times be unable to do all that we would like to do in serving God ? | ( b ) Ni kuki hogira ibihe tudashobora gukora ivyo twashaka gukora vyose mu gusukurira Imana ? |
( b ) What contrast does Jehovah see when he observes today 's world ? | ( b ) Ni ubudasa ubuhe Yehova abona iyo yihweje isi ya kino gihe ? |
( b ) How might Satan deceive us regarding the matter of urgency ? | ( b ) Shetani yoshobora gute kuduhenda kugira ntitubone ko ibintu vyihutirwa ? |
( b ) After meditating on Jesus ' illustration , what are you determined to do ? | ( b ) Umaze kuzirikana kuri ico kigereranyo ca Yezu , wiyemeje iki ? |
( b ) The shepherd of Bible times provided what care for his sheep , and what does this teach us about our Great Shepherd ? | ( b ) Umwungere wo mu bihe vya Bibiliya yabungabunga gute intama ziwe , kandi ivyo bitwigisha iki ku bijanye n 'Umwungere wacu Mukuru ? |
( b ) How did Jehovah respond to the rebellion in Eden ? | ( b ) Yehova yavyifashemwo gute igihe haba bwa bugarariji bwo muri Edeni ? |
( b ) What example did Jesus set regarding meetings for worship ? | ( b ) Yezu yatanze akarorero akahe mu bijanye no gukoranira hamwe ku bwo gusenga ? |
( c ) What assurance does the Bible give us about Jehovah 's willingness to forgive ? | ( c ) Bibiliya idukura amazinda gute ku vyerekeye umutima Yehova afise wo kuduharira ? |
* - Ecclesiastes 9 : 5 , 10 . | * - Umusiguzi 9 : 5 , 10 . |
* This useful provision helps people to learn to read , usually in their local language . | * Iyo ntunganyo y 'ingirakamaro irafasha abantu kwiga gusoma , akenshi bikagirwa mu rurimi rukoreshwa muri ako karere . |
* Nevertheless , he did not show any partiality toward him , or favor him over the other disciples . | * Mugabo rero , ntiyigeze amugirira nkunzi , canke ngo amutoneshe gusumba abandi bigishwa . |
* This key truth helps us to unlock much of the meaning of Ezekiel 's temple vision . | * Ukwo kuri ngenderwako kuradufasha gutahura nyinshi mu nsiguro z 'ivyo Ezekiyeli yeretswe vyerekeye urusengero . |
* The sister relates : " Many told me they were praying for me ; others phoned me . | * Uwo muvukanyikazi yigana ati : " Benshi barambwira ko bansengera ; abandi bakampamagara kuri telefone . |
* And that faith rests on research and sound reasoning , not myths or speculation . | * Vyongeye , ivyo bemera bishingiye ku bushakashatsi no ku vyiyumviro vyumvikana , ntibishingiye ku bitito canke ku vyiyumviro bitagira ishingiro . |
1 , 2 . ( a ) The arrangements in connection with the temple would have what effect on God 's people ? | 1 , 2 . ( a ) Indinganizo zijanye n 'ibikorerwa ku rusengero zogiriye akamaro akahe abasavyi b 'Imana ? |
11 , 12 . ( a ) What was a source of harmful ideas in the first - century congregation ? | 11 , 12 . ( a ) Mw 'ishengero ryo mu kinjana ca mbere , ivyiyumviro vyonona vyava kw 'isoko irihe ? |
11 : 29 ; Rev . | 11 : 29 ; Ivyah . |
12 , 13 . ( a ) How did Jesus demonstrate zeal , and what motivated him ? | 12 , 13 . ( a ) Yezu yagaragaje gute umwete , kandi ni ibiki vyabimutuma ? |
NOVEMBER 12 - 18 , 2012 | 12 - 18 MUNYONYO 2012 |
12 The Bible - A Book of Accurate Prophecy Part 7 | 12 Bibiliya - Igitabu c 'ubuhanuzi bw 'ukuri - Igice ca 7 |
13 Why Must We " Keep on the Watch " ? | 13 Kubera iki dukwiye ' kuguma turi maso ' ? |
The River Thames coursed through London and was contaminated by cholera - infected sewage , which is reflected in many illustrations from that era | 13 ] Uruzi Tamise rwaca mu gisagara ca Londres kandi rwari rwarandujwe n 'amazi y 'umwanda yarimwo umugera wa kolera yava mu mazu , rukaba rwerekanwa mu bicapo vyinshi vyo muri ico gihe |
14 : 22 - 24 ; 2 Chron . | 14 : 22 - 24 ; 2 Ngo . |
14 Questions From Readers | 14 Ibibazo vy 'abasomyi |
15 , 16 . ( a ) In what way could materialism become a snare for a Christian ? | 15 , 16 . ( a ) Umukirisu yomenya gute ko yoba ariko aragwa mu mutego wo guhahamira amaronko ? |
Pappas ) , 1 / 15 | 15 / 4 |
February 16 - 22 , 2009 | 16 - 22 Ruhuhuma |
17 , 18 . ( a ) In addition to engaging in the disciple - making work , how may we share in the joy of giving ? | 17 , 18 . ( a ) Turetse kuja mu gikorwa co guhindura abantu abigishwa , ni gute twoshobora kugira umunezero uva ku gutanga ? |
October 19 - 25 , 2009 | 19 - 25 Gitugutu 2009 |
19 : 14 ; Prov . | 19 : 14 ; Imig . |
2 , 3 . ( a ) How do we know that Psalm 34 has prophetic significance ? | 2 , 3 . ( a ) Tumenya gute ko Zaburi ya 34 iri n 'ico isobanura mu buryo bw 'ubuhanuzi ? |
2 : 32 , 39 - In what way was the kingdom of silver inferior to the head of gold , and how was the kingdom of copper inferior to that of silver ? | 2 : 32 , 39 - Ni mu buryo ki ubwami bugereranywa n 'igice kigizwe n 'ifeza butari bukomeye nk 'ubugereranywa n 'umutwe w 'inzahabu , kandi ni gute ubwami bugereranywa n 'igice kigizwe n 'umuringa butari bukomeye nk 'ubugereranywa n 'igice c 'ifeza ? |
2 SAMUEL 12 : 1 - 14 | 2 SAMWELI 12 : 1 - 14 |
22 ' Miraculous Healing ' Today - Is It From God ? | 22 Ivyitwa ngo ni ugukiza ku gitangaro bigirwa muri iki gihe vyoba biva ku Mana ? |
Jerusalem was the capital of the southern kingdom , and Samaria was the capital of the northern . | 28 ] Ibishusho amahero bimeze nk 'impfizi z 'inka zifise amababa be n 'umutwe nk 'uw 'umuntu wasanga biri ku birimba vy 'abami b 'Abashuri [ Ifoto ku rup . 29 ] |
31 Draw Close to God - " Jehovah Is My Shepherd " | 31 Niwiyegereze Imana - " Yehova ni Umwungere wanje " |
4 , 5 . ( a ) Why is caution advisable when considering marriage ? | 4 , 5 . ( a ) Ni kubera iki umwigeme akwiye kwiyubara igihe agomba kwubaka urwiwe ? |
4 : 1 ; 6 : 5 - Why is the maiden 's hair compared to " a drove of goats " ? | 4 : 1 ; 6 : 5 - Ni kubera iki imishatsi y 'uwo mwigeme igereranywa n ' " umukuku w 'impene " ? |
vs 5 - 8 - What is significant about the comparison of Edom 's destruction to the coming of despoilers by night and of grape gatherers ? | 5 - 8 - Kuba ugusangangurwa kwa Edomu kugereranywa n 'ukuza kw 'abambuzi mw 'ijoro be n 'ukw 'abamuzi b 'inzabibu , bitekeye iyihe nsobanuro ? |
6 , 7 . ( a ) How does Paul describe the molding of spiritual Israel ? | 6 , 7 . ( a ) Paulo adondora gute ibumbwa rya Isirayeli yo mu buryo bw 'impwemu ? |
6 Myth 3 : All Good People Go to Heaven | 6 Ikintu ca 3 : Abantu beza bose baja mw 'ijuru |
This dataset contains parallel sentences in English and Rundi (Burundi).
The dataset contains parallel sentences that can be used for:
If you use this dataset, please cite the citation guide of the original OPUS MT560 dataset.
This dataset is released under the Creative Commons Attribution 4.0 International License.